UMWIHERERO W’IKAREMA 2018

Written by on mars 19, 2018

Umwiherero w’Ikarema 2018

Mu buzima Bw’umukristu, turakeneye akanya keza tukaja mu kibanza ceranda tukazirikana Ijambo ry’Imana tukongera tugasenga.
Amagenekerezo ya 19 gushika 24 Ntwarante, harategekanijwe  Retraite iriko ibera  muri Foyer de Charité i Ngozi .

Kuri twebwe abatashoboye kuhashika ,Turashobora gufata akanya natwe tugasenga twifatanya n’abari muri retraite iyi ndwi mugasabira imigambi ya Radio Maria na cane cane ca gikorwa ceranda cimirije arico Mariathon y’umwaka 2018. Dukunde gusenga hamwe no kwigisha abandi inkuru nziza y’ijambo ry’Imana aho hose batarashikirwa n’ijwi ry’Imana tubicishije muri Radio Maria Burundi.

Igihe ciza ceranda c’ikarema kuri mwese mukunda Radio Maria.

 

Current track
Title
Artist