Ubutumire mu mwiherero w’Ubushikiro (Adventus)

Written by on décembre 7, 2018

recollection adventus 2018

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

 

Iciyumviro ngenderwako : « Abamwakiriye bose yabahaye ububasha bwo kuba abana b’Imana » (Jn 1,12)

Urutonde

  1. 8h00 : Ugushika
  2. 8h20 : Igisabisho
  3. 8h45 : Inyigisho
  4. 10h00 :
  • Guteramira Yezu muri Ukaristiya
  • Isakramentu ry’Ikigongwe
  1. 11h30 : Gutegura Inkuka ya missa
  2. 12h00 : Inkuka ya missa
  3. 13h30 : Gusozera.

Kaze muvukanyi ! Uribuka kubimenyesha mugenzi wawe akaryo keranda nk’aka ntikamucike.

 

 

 

 

 

 

 

 


Current track

Title

Artist