Première Conférence des journalistes catholiques ce 02 decembre 2018 à Buja

Written by on novembre 27, 2018

Ikigo ca Diyoseze Nkuru ya Bujumbura co kumenyesha amakuru (CEDICOM) kiratumiye mu nama yabo idasanzwe abamenyeshamakuru b’abakristu gatolika bose (journalistes catholiques), abakora umwuga ujanye no kumenyesha amakuru (technicien), abimenyereza (stagiaires), abafashabutumwa (bénévoles) n’abize kumenyesha amakuru batararonka akazi.

Iyo nama izobera kuri cathédrale Regina Mundi ku musi w’Imana igenekerezo rya 2 Kigarama kuva isaha zitatu zo mu gitondo (9h00). Hategekanijwe Inkuka ya misa inyuma y’Inama.


Current track

Title

Artist