Blog

Page: 7

Nomination de Mgr Gervais BANSHIMIYUBUSA comme Archevêque de Bujumbura Selon un communiqué émanant de la Nonciature Apostolique au Burundi de ce samedi 24 mars, Sa Sainteté le Pape François a en effet accepté la renonciation au gouvernement pastoral de l’archidiocèse présenté par Mgr Evariste Ngoyagoye, âgé de 76 ans, et donc atteint par la limite d’âge […]

Umwiherero w’Ikarema 2018 Mu buzima Bw’umukristu, turakeneye akanya keza tukaja mu kibanza ceranda tukazirikana Ijambo ry’Imana tukongera tugasenga. Amagenekerezo ya 19 gushika 24 Ntwarante, harategekanijwe  Retraite iriko ibera  muri Foyer de Charité i Ngozi . Kuri twebwe abatashoboye kuhashika ,Turashobora gufata akanya natwe tugasenga twifatanya n’abari muri retraite iyi ndwi mugasabira imigambi ya Radio Maria […]

Igikorwa co gutegura Mariathon 2018 Uyu mwaka wa 2018, Mariathon iriko irategurwa mu mpande zose kugira ico gikorwa kize kigende neza.Nico gituma abagize umugwi wo gutegura Mariathon (Comission Mariathon ) muri Radio Maria Burundi bihaye intumbero yo kugendera abasanzwe bakora ico gikorwa ngo barabe ingene cagenze mu mwaka uheze bongere bategure neza ibijanye n’uyu mwaka. […]

INZIRA Y’UMUSARABA (VIA CRUCIS) ——————————————————– Yezu Kristu, Mucunguzi wanje, waragiye mu nzira y’umusaraba, ngo uncungure kuko wankunze cane. Nanje ubu ngomba kwibuka ya magorwa wabonye ku bw’ibicumuro vyanje ; bino bicumuro ndabigaye kuko vyakubabaje, ndashaka kugukunda n’umutima wanje wose imisi yose. Mu kugira iyi nzira y’umusaraba, nizigiye kuronka ikigongwe c’Imana abayigira neza baronka, maze n’imitima […]

Message du Pape pour le Carême 2018 ================================== Publié le 06 février 2018 «À cause de l’ampleur du mal, la charité de la plupart des hommes se refroidira» (Mt 24, 12) Chers Frères et Sœurs, La Pâque du Seigneur vient une fois encore jusqu’à nous ! Chaque année, pour nous y préparer, la Providence de […]

INYIGISHO YA PAPA FRANSISIKO YEREKEYE IKAREMA Y’UMWAKA W’I 2018  ————————————————————————————————– «Urukundo rwa benshi ruzohororokerwa bitumwe n’uko akabi kazobandanya kongerekana» (Matayo 24,12) Bavukanyi, Ipasika y’Umukama irasubiye kudushikira ! Uko umwaka utashe, ubwiza bw’Imana butegekanya vyose buraduha igihe c’Ikarema ngo tuyitegurire. Ni «ikimenyetso kigaragaza bwa sakaramentu uguhinduka kwacu», kikamenyesha congera kiduha akaryo ko kugaruka ku Mukama n’umutima […]

IVYARANZE UBUZIMA BWA PATIRI MARISERO MUDOMO   Patiri Marcel MUDOMO yavutse igenekerezo rya 15 nzero 1955. Ni mwene Gaspard MUDOMO na Cassilda BARASOKOROZA, akaba yavukiye ku musozi NGUGO muri Paruwase Gatonde, Diyoseze nkuru ya Gitega. 1962-1967: Patiri Marcel MUDOMO yize amashure matomato i Nyabikere.   1964: Igice ca mbere c’amashure yisumbuye yakigiriye kw’iseminari y’I Mugera. […]

98.4 buja-gitega 106.0 manga 92.6 kaberenge 98.2 mutumba www.radiomaria.bi

Chers amis, Le slogan du prochain Mariathon et de la Convention mondiale « La joie d’évangéliser » est un message de lumière qui doit éclairer notre chemin dans les mois à venir. En effet, il nous aide à comprendre quel est le but de Radio Maria et pour quelle raison, nous tous, prêtres et laïcs, chacun avec […]


Current track

Title

Artist

Décrire l'application pour téléphone Android ou Apple