Blog

Page: 6

LA JOIE D’ÉVANGÉLISER En trois décennies, Radio Maria s’est répandue sur les cinq continents grâce à l’amour pour la Madone. Aujourd’hui, nous sommes une grande famille élargie dans le monde. Un travail d’évangélisation qui aide l’Église à apporter l’Évangile à chaque homme. LA JOIE  D’ÉVANGÉLISER Le Mariathon mondial est un événement de grande importance dans […]

  IGISABISHO C’IMINSI ICENDA CO KWITEGURIRA UMUNSI MUKURU WA PENTEKOTI YA 2018 INGINGO NGENDERWAKO : « ABAYOBOWE NA MUTIMA MWERANDA NIBO BANA B’IMANA ». (RM.8,14)   UMUNSI WA MBERE : kuwa gatanu igenekerezo rya 11/5/2018  TWEMERE KUYOBORWA NA MUTIMA MWERANDA (Rm. 8, 14)  Intangamarara n’intumbero y’iki gisabisho. 1° Iciyumviro ngenderwako Mu kwitegurira pentekoti, turasubiye kuronka akaryo ko kuzirikana […]

Ikete rya Papa Francisko rigena Umwungere Mukuru mushasha agira kane wa diyoseze nkuru ya Bujumbura.   FRANSISKO UMWEPISKOPI, UMUSUKU W’ABASUKU B’IMANA, kuri Nyakwubahwa Gerevazi Banshimiyubusa, gushika ubu Umwepiskopi w’i Ngozi, watorewe kuba Umwepiskopi Mukuru w’Idiyoseze Nkuru ya Bujumbura, akira indamutso n’Umuhezagiro w’Abatumwa. Ka musubirizi wa Petero Mweranda, twashatse noneho kugena uwusubira ku Ntebe y’ubwungere ya […]

GUSHIKIRIZA ICESE UMWEPISKOPI MUKURU WA DIYOSEZE NKURU YA BUJUMBURA   Ubutumwa bw’umwepiskopi muri diyoseze ni : kuba Umusubirizi w’abatumwa bamwe 12 yezu yatora akabarungika, Umwepiskopi agenwa na papa ubwiwe kanatsinda Ekleziya Gatolika igendera ku mategeko. Itegeko no 377 riradonda ibisabwa kugira ube umwepiskopi : ukwemera gukomeye, imigenzo myiza, umwete mu vy’Imana ubuyobokeramana, ubwitonzi, kwitwararika imitima kuba ufise […]

Ihezagirwa ry’Ingoro y’Imana yo mu basirikare   ku w’Imana igenekerezo rya 29 ndamukiza ,Umwepiskopi mukuru wa Diocèse nkuru y’i Bujumbura Musenyeri Evariste NGOYAGOYE ari kumwe n’icariho ca Papa hano iwacu bakikijwe n’abasacerdoti batari bake yarahezagiye ingoro y’Imana Isengero yubatswe ku kwitanga mu rukundo bafitiye Umukama ngo abe hagati yabo koko. Iryo hema ry’Imana n’abantu ryo […]

IMISA YO GUKENGURUKA Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 28 ndamukiza muri cathédrale Regina Mundi isaha zitatu n’igice zo mugatondo (9h30), umwungere wa Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yarahereje Inkuka ya misa yo gukenguruka. Muri iyo nkuka y’imisa yo gushimirimana ku myaka mirongo ibiri n’umwe iheze ayoboye diyoseze yacu, Musenyeri Evariste NGOYAGOYE yarakengurukiye abo bakoranye ubutumwa […]

Radio Maria Burundi souffle ses 14 bougies . Depuis 17 avril 2004 au 17 Avril 2018 ; 14 ans au service de l’église pour annoncer la bonne nouvelle du salut de notre seigneur Jésus Christ mort et ressuscité. La mission de notre chère radio maria continue et c’est pour évangeliser le peuple jusqu’au bout du […]

Bishasha muri Radio Maria Burundi   Radio Maria Burundi igiye kubashikiriza ikiganiro gishasha citwa TWUNGANIRE INGO. ikiganiro TWUNGANIRE INGO ni ikiganiro mutegurirwa n’umuryango w’ababikira bene Maria mukagishikirizwa na Radio Maria Burundi. Imisi yose ya gatatu isaha zibiri (20h00-20h30) gisubigwamwo  isaha umunani z’ijoro (rediffusion) (2h00-2h30). Ikiganiro TWUNGANIRE INGO, ni ikiganiro ca twese dukeneye impanuro zitandukanye haba mu […]

Diyoseze Nkuru ya Bujumbura B.P 690 Bujumbura Tél : 22 231 476   ITANGAZO RYA DIYOSEZE NKURU YA BUJUMBURA   Diyoseze nkuru ya Bujumbura iramenyesheje umuryango w’abakristu bose ko Nyenicubahiro Umwepiskopi wa Diyoseze Nkuru yacu Musenyeri Evariste NGOYAGOYE azohereza inkuka y’Imisa yo gusezera icese abakristu mu butumwa yahorana bwo kurongora Diyoseze Nkuru ya Bujumbura, kuri paroissse Cathédrale […]

Umuryango w’abapatiri ba Schoenstatt waraye wungutse abapatiri babiri Ku musi w’Imana igenekerezo rya 8 Ndamukiza (8 Avril) niho haba iyatirwa  ry’aba patiri babiri mw’ibanga ry’ubusaserdoti mu muryango w’abapatiri ba Schoenstatt . Iryo yatira mw’ibanga ry’ubusaserdoti ryabereye ku kirimba c’umuvyeyi Bikira Maria ku musozi wa siyoni i Gikungu (Mont Sion) ibirori bikaba vyari birongowe na nyene […]


Current track

Title

Artist

Décrire l'application pour téléphone Android ou Apple