Blog

Page: 5

Inka yatanzwe muri Mariathon yarakiriwe na Radio Maria Ku mutumba BURUHUKIRO, commune Ruyigi ,Province Ruyigi niho haba umushingantahe NDABAHAGAMYE André umukunzi wa Radio Maria yigiye inama yo guterera muri Mariathon akora muvyo atunze agaba inka . kubera yari yagabiwe inka na Musenyeri Yozefu NDIHIRUBUSA uwugabiwe araheza nawe akazokorera nico gituma umutama Andreya yigiye inama n’umupfasoni […]

Mariathon yadushikiriye iwacu i Gitega Mu ntumbero yo gufasha abakristu ngo baronke ijwi ry’Imana biciye mu buryo bunyaruka dukoresheje isamirizi, Radio Maria yarabateguriye igokorwa ca Mariathon mwebwe musanzwe muba mu Gisagara ca Gitega (centre Ville Gitega). Nkuko i Bujumbura vyabaye mu ndwi yarangiye ,ubu naho hagezweho intara ya gitega mu gufashanya na Bikira Maria kudufasha. […]

Calendrier des ordinations sacerdotales et diaconales pour les mois de juillet et d’août La Radio maria Burundi se prépare pour les fêtes de juillet et Août pour cela, La RMB invite ses auditeurs, amis et fidèles de prier pour ces événements qui arrivent bientôt. Voici donc le calendrier des ordinations sacerdotales et diaconales pour les […]

Mariathon 2018 Mariathon irabandanya mu bibanza duhuriramwo turi benshi : Gare du Nord Marché Gasenyi (ECOSAT) Marché Kamenge Marche Kinama Marché COTEBU Marché Chez SION Ibi ni ibibanza vyo Mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura mu mwanya turabaha ibibanza vyo hagati mu gisagara (Centre Ville). Amatiriki nayo ni : 14,15,16,17 Ruheshi 2018. muzohasanga uduhema turimwo abajejwe kubakirira ituro […]

Ukumenyesha Bakunzi ba Radio Maria Burundi Inyuma y’amagenekerezo ya 1,2,3 Ruheshi 2018 duhamagariwe gukora Mariathon ku ma paroisse iwacu , nubu Mariathon irabandanya uku kwezi kwose kwa Ruheshi. Iciza nuko Tworonsa akaryo kuri uwo wese abishaka kwitaba ico gikorwa c’iteka kuri abo bose bashaka kuterera mu kumenyesha inkuru nziza ishike kure. Kuri abo bose bataratangura […]

AKANYAMUNEZA KO KUMENYESHA INKURU NZIZA   Mu myaka mirongo itatu, Radio Maria yarakwiragiye mu mashinga yose (5 continents) kubw’urukundo rw’umuvyeyi wacu Bikira Maria. Uyu musi turi umuryango munini kw’isi yose. Igikorwa co kumenyesha inkuru nziza gifasha ekleziya kwigisha kiremwa muntu.   AKANYAMUNEZA KO KUMENYESHA INKURU NZIZA   Mariathon kw’isi yose n’igihe gihambaye mu buzima bwa […]

                                     RADIO MARIA BURUNDI           B.P.2106 BUJUMBURA TEL: 22239847/22239879/22239880 /22277700 CIF: 4000225914 / MATRICULE INSS: 100077     ITANGAZO RYA RADIO MARIA BURUNDI KU BAKRISTU N’ABAGENZI BAYO BOSE Bakristu, gihugu c’Imana tugire kristu. Kw’izina rya Radio Maria Burundi, […]

ARCHIDIOCESE DE GITEGA (BURUNDI) B.P 118 GITEGA-DS 16 BUJUMBURA TEL : 00257/402160-B.C.B 49480/01 BUJUMBURA FAX 00257 40 26 20   ITANGAZO RYO KUBIKA   Umwungere wa Diyoseze Nkuru ya Gitega, Nyenicubahiro Musenyeri Simone NTAMWANA, yifatikanije n’umuryango w’amaraso wa Patiri Caritos NIYOYITUNGIYE ari n’umubabaro mwinshi wo kubikira intumwa ya Papa mu Burundi, abepiskopi Katorika b’i Burundi, abasaserdoti, […]

Uguhezagira isengero ya Cathédrale Rutana Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 26 Rusama 2018 niho umwungere wa diyoseze Rutana azohezagira icese isengero ya Paroisse Cathédrale RUTANA . Iyo ngoro y’Imana nziza kandi ishajije ya Cathédrale ya Rutana yaragijwe Yozefu mweranda ikaba iri mu ntara ya Rutana, commune Rutana. Uyo musi uzokwama wibukwa cane  muri diyoseze Rutana, […]

L’IMPORTANCE DES STUDIOS MOBILES   À tous les volontaires de Radio Maria, la reconnaissance la plus vive pour l’engagement et l’amour abondant dans leur travail, pour le dévouement et la foi avec lesquels ils répondent à cet appel d’évangélisation. Dans cette œuvre de missionnarité, nous voulons particulièrement rappeler le rôle précieux joué par les studios […]


Current track

Title

Artist

Décrire l'application pour téléphone Android ou Apple