Blog

Page: 2

Ikigo ca Diyoseze Nkuru ya Bujumbura co kumenyesha amakuru (CEDICOM) kiratumiye mu nama yabo idasanzwe abamenyeshamakuru b’abakristu gatolika bose (journalistes catholiques), abakora umwuga ujanye no kumenyesha amakuru (technicien), abimenyereza (stagiaires), abafashabutumwa (bénévoles) n’abize kumenyesha amakuru batararonka akazi. Iyo nama izobera kuri cathédrale Regina Mundi ku musi w’Imana igenekerezo rya 2 Kigarama kuva isaha zitatu zo […]

Le calendrier liturgique Du 1er décembre  2018 au 31 décembre 2019 La liturgie au fil des jours Pour bien utiliser ce calendrier liturgique, il est bon de rappeler quelques précisions. Ce calendrier est indicatif Il demande une interprétation : les diocèses, les pays, les ordres religieux ont leurs fêtes propres qui vont donner une tonalité […]

IGISABISHO C’IMINSI ICENDA KIRONGORA UMUNSI MUKURU WA KRISTU MWAMI W’AMAKUNGU YOSE 2018.  Ingingo nshimikiro:  “NKUKO DAWE ARI MWERANDA, NATWE NITUBE BERANDA MU BIHE NO MU BUZIMA TURIMWO”.   Intangamarara: Umunsi mukuru wa Kristu Mwami n’ingingo nshimikiro y’uwu mwaka (2018).   Nkuko mubizi, twimirije guhimbaza umunsi mukuru wa Kristu Mwami. Ku munsi w’Imana wanyuma w’umwaka w’amasabamana, twese […]

MESSAGE DU SAINT-PÈRE POUR LA JOURNÉE MONDIALE DES PAUVRES 33ème Dimanche du Temps Ordinaire 18 novembre 2018 Un pauvre crie, le Seigneur entend « Un pauvre crie ; le Seigneur entend. » (Ps 33, 7). Les paroles du psalmiste deviennent les nôtres lorsque nous rencontrons des situations de souffrance et de marginalisation, dans lesquelles vivent tant de […]

IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYENUBWERANDA PAPA FRANSISKO KU MUSI MPUZAMAKUNGU WAHARIWE ABORO  UMUSI W’IMANA UGIRA 33 WO MU MWAKA, IGENEKEREZO RYA 18 MUNYONYO 2018 ========================================================================== «Hari umurushwa yatabaje, Umukama arumva» (Zaburi 33,7) Aya majambo y’umwanditsi w’izaburi abaye ayacu iyo tubona ibihe vy’ububabare n’ugukumirwa benewacu benshi barimwo, aribo dukunda gufatira mw’ijambo rimwe ngo ni « aboro ». […]

Inauguration d’une adduction d’eau potable paroisse Rukago en province kayanza Au lycée saint Jean Bosco de Kirombwe dans la Paroisse Rukago, zone NZEWE Commune GAHOMBO a eu lieu les cérémonies de l’inauguration d’une adduction d’eau potable pour  la population de Kayanza  mecredi le 7 Novembre . Les cérémonies de l’inauguration étaient rehaussées par SE M.TAKAYUKI […]

Ubutumwa bwo kumenyesha amakuru muri Ekleziya y’i Burundi Guhera uyu musi wa kane kushika ejo igenekerezo rya 9 Munyonyo abajejwe kumenyesha amakuru bose mu madiyoseze Gatolika  yo mu Burundi uko ari umunani bakoraniye ku musozi wa siyoni Gikungu kugira binagure ku bijanye no kumenyesha amakuru muri Ekleziya yacu yo mu Burundi. Bazorabira hamwe ingene inkuru […]

La Litanie des Saints  En réalité, toute prière s’adresse à Dieu. On ne prie donc pas les saints, mais on leur demande d’intercéder pour nous auprès de Dieu, de prier Dieu et le Christ pour nous. La Litanie des saints est l’une des plus belles et des plus simples prières. Par cette longue invocation, l’Eglise […]

Qu’est-ce-que la Toussaint ?   Comme son nom l’indique, la Toussaint est la fête de tous les saints. Chaque 1er novembre, l’Église honore ainsi la foule innombrable de ceux et celles qui ont été de vivants et lumineux témoins du Christ. Si un certain nombre d’entre eux ont été officiellement reconnus, à l’issue d’une procédure […]

Ugusozera ukwezi kw’Icumi kwahariwe kumenyesha inkuru nziza Igenekererezo rya 28 Gitugutu 2018, Paroisse Regina Pacis Kinindo  Diocèse nkuru ya Bujumbura  harasozerewe ukwezi kwahariwe Ukumenyesha Inkuru Nziza. Imikangara hamwe n’abakristu benshi bari baje mu nkuka y’Imisa yaherejwe ngaho mu Kinindo irongowe na Patiri Antoine SABUSHATSE arongoye Ibikorwa vya Papa muri diyoseze nkuru Bujumbura arikumwe n’uwurongoye ibikorwa […]


Current track

Title

Artist

Décrire l'application pour téléphone Android ou Apple