Blog

Radio Maria Burundi souffle ses 14 bougies . Depuis 17 avril 2004 au 17 Avril 2018 ; 14 ans au service de l’église pour annoncer la bonne nouvelle du salut de notre seigneur Jésus Christ mort et ressuscité. La mission de notre chère radio maria continue et c’est pour évangeliser le peuple jusqu’au bout du […]

Bishasha muri Radio Maria Burundi   Radio Maria Burundi igiye kubashikiriza ikiganiro gishasha citwa TWUNGANIRE INGO. ikiganiro TWUNGANIRE INGO ni ikiganiro mutegurirwa n’umuryango w’ababikira bene Maria mukagishikirizwa na Radio Maria Burundi. Imisi yose ya gatatu isaha zibiri (20h00-20h30) gisubigwamwo  isaha umunani z’ijoro (rediffusion) (2h00-2h30). Ikiganiro TWUNGANIRE INGO, ni ikiganiro ca twese dukeneye impanuro zitandukanye haba mu […]

Diyoseze Nkuru ya Bujumbura B.P 690 Bujumbura Tél : 22 231 476   ITANGAZO RYA DIYOSEZE NKURU YA BUJUMBURA   Diyoseze nkuru ya Bujumbura iramenyesheje umuryango w’abakristu bose ko Nyenicubahiro Umwepiskopi wa Diyoseze Nkuru yacu Musenyeri Evariste NGOYAGOYE azohereza inkuka y’Imisa yo gusezera icese abakristu mu butumwa yahorana bwo kurongora Diyoseze Nkuru ya Bujumbura, kuri paroissse Cathédrale […]

Umuryango w’abapatiri ba Schoenstatt waraye wungutse abapatiri babiri Ku musi w’Imana igenekerezo rya 8 Ndamukiza (8 Avril) niho haba iyatirwa  ry’aba patiri babiri mw’ibanga ry’ubusaserdoti mu muryango w’abapatiri ba Schoenstatt . Iryo yatira mw’ibanga ry’ubusaserdoti ryabereye ku kirimba c’umuvyeyi Bikira Maria ku musozi wa siyoni i Gikungu (Mont Sion) ibirori bikaba vyari birongowe na nyene […]

Nomination de Mgr Gervais BANSHIMIYUBUSA comme Archevêque de Bujumbura Selon un communiqué émanant de la Nonciature Apostolique au Burundi de ce samedi 24 mars, Sa Sainteté le Pape François a en effet accepté la renonciation au gouvernement pastoral de l’archidiocèse présenté par Mgr Evariste Ngoyagoye, âgé de 76 ans, et donc atteint par la limite d’âge […]

Umwiherero w’Ikarema 2018 Mu buzima Bw’umukristu, turakeneye akanya keza tukaja mu kibanza ceranda tukazirikana Ijambo ry’Imana tukongera tugasenga. Amagenekerezo ya 19 gushika 24 Ntwarante, harategekanijwe  Retraite iriko ibera  muri Foyer de Charité i Ngozi . Kuri twebwe abatashoboye kuhashika ,Turashobora gufata akanya natwe tugasenga twifatanya n’abari muri retraite iyi ndwi mugasabira imigambi ya Radio Maria […]

Igikorwa co gutegura Mariathon 2018 Uyu mwaka wa 2018, Mariathon iriko irategurwa mu mpande zose kugira ico gikorwa kize kigende neza.Nico gituma abagize umugwi wo gutegura Mariathon (Comission Mariathon ) muri Radio Maria Burundi bihaye intumbero yo kugendera abasanzwe bakora ico gikorwa ngo barabe ingene cagenze mu mwaka uheze bongere bategure neza ibijanye n’uyu mwaka. […]

INZIRA Y’UMUSARABA (VIA CRUCIS) ——————————————————– Yezu Kristu, Mucunguzi wanje, waragiye mu nzira y’umusaraba, ngo uncungure kuko wankunze cane. Nanje ubu ngomba kwibuka ya magorwa wabonye ku bw’ibicumuro vyanje ; bino bicumuro ndabigaye kuko vyakubabaje, ndashaka kugukunda n’umutima wanje wose imisi yose. Mu kugira iyi nzira y’umusaraba, nizigiye kuronka ikigongwe c’Imana abayigira neza baronka, maze n’imitima […]

Message du Pape pour le Carême 2018 ================================== Publié le 06 février 2018 «À cause de l’ampleur du mal, la charité de la plupart des hommes se refroidira» (Mt 24, 12) Chers Frères et Sœurs, La Pâque du Seigneur vient une fois encore jusqu’à nous ! Chaque année, pour nous y préparer, la Providence de […]


Radio Maria Burundi

Current track
TITLE
ARTIST