Mu mwanya isaha zitatu z’ijoro kuri Radio Maria Burundi

Written by on août 8, 2016

Mu mwanya isaha zitatu z’ijoro (21h00) kuri Radio Maria Burundi turatangura igisabisho c’iminsi icenda-Neuvaine- kidutegurira guhimbaza umunsi mukuru cane w’Iyurizwa mw’ijuru rya Bikira Mariya. Kaze mwese dusangire uwo mwanya mweranda. Kazotubera akaryo keza ko gusubira gutangarira igitngaza c’Imana muri Bikira Mariya, akanya ko gutahura neza iyurizwa ryiwe mw’ijuru ngo gutyo mu kumumenya neza tumwakire neza iwacu nka kumwe wa mwigishwa Yezu yakunda.

13912900_848342081964018_8486575070791159743_n


Current track
Title
Artist