Mariathon irabandanya mu bibanza duhuriramwo turi benshi :

Written by on juin 11, 2018

Mariathon 2018

Mariathon irabandanya mu bibanza duhuriramwo turi benshi :

  • Gare du Nord
  • Marché Gasenyi (ECOSAT)
  • Marché Kamenge
  • Marche Kinama
  • Marché COTEBU
  • Marché Chez SION

Ibi ni ibibanza vyo Mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura mu mwanya turabaha ibibanza vyo hagati mu gisagara (Centre Ville).

Amatiriki nayo ni : 14,15,16,17 Ruheshi 2018. muzohasanga uduhema turimwo abajejwe kubakirira ituro ryanyu nabo bambaye umwambaro wa Mariathon bafise carnet de recu kugira babahe icanditse ko mwaterereye.

 

Gutanga bizana umugisha , twese hamwe duhaguruke ,twijukire kumenyesha inkuru nziza ku civugo ngo : Akanyamuneza ko kumenyesha inkuru nziza.


Current track
TITLE
ARTIST