itangazo rya diyoseze nkuru ya bujumbura

Written by on avril 13, 2018

Diyoseze Nkuru ya Bujumbura

B.P 690 Bujumbura

Tél : 22 231 476

 

ITANGAZO RYA DIYOSEZE NKURU YA BUJUMBURA

 

Diyoseze nkuru ya Bujumbura iramenyesheje umuryango w’abakristu bose ko Nyenicubahiro Umwepiskopi wa Diyoseze Nkuru yacu Musenyeri Evariste NGOYAGOYE azohereza inkuka y’Imisa yo gusezera icese abakristu mu butumwa yahorana bwo kurongora Diyoseze Nkuru ya Bujumbura, kuri paroissse Cathédrale Régina Mundi, igenekerezo rya 28 ndamukiza 2018 , igihe c’isaha zitatu n’igice (9h30) zo mu gitondo.

 

Kaze muri benshi dusangire iyo nkuka y’imisa yo gukenguruka.

Diyoseze Nkuru ibaye irabaterereza igisabisho murushirizeho kumusabira.

 

Bigiriwe i Bujumbura igenekerezo rya 7 ndamukiza 2018

 

Kw’izina ry’abategura urubanza

 

Mgr Anatole RUBERINYANGE

 


Continue reading

Radio Maria Burundi

Current track
TITLE
ARTIST