Inkuru nziza idasanzwe muri Radio Maria Burundi

Posted · Add Comment

Inkuru nziza idasanzwe muri Radio Maria Burundi: Ubu abari muri za Kirundo, Muyinga, Ngozi, n’ibice vya Karusi murashobora kwumva Radio Maria Burundi kuri 98.2 Sabikaniriza abandi iyo nkuru nziza na cane cane abo mu buraruko bw’igihugu

13895427_848796595251900_8380918011288984293_n (1)