information

Page: 4

  Abamenyeshamana 44 biga kuri I.C.A. Muyange bazoronka impamyabushobozi  Institut Catéchétique Africain (I.C.A.) Muyange mu ntara ya Kayanza ni ishure ry’abamenyeshamana ryatanguye mu mwaka w’i 2000 ivyigwa nyezina bitangura mu mwaka w’i 2001 .iryo shure ryatangujwe n’abasenyeri b’ekleziya Gatolika mu burundi no mu rwanda baraheza batanguza uwo mugambi mu mwaka w’i 1962 mu gihugu c’urwanda . Mumwaka […]

Amazina n’amasanamu y’abazokwatirwa mw’ibanga ry’ubusaserdoti mu Kinindo ku wa 14 mukakaro   ITANGAZO RYA DIYOSEZE NKURU YA BUJUMBURA RYO KUMENYESHA ABITEGURIRA KWATIRWA MU BUSASERDOTI Diyoseze Nkuru ya Bujumbura iri n’akanyamuneza ko kumenyesha umuryango wose w’abakristu ko kwigenegenekerzo rya 14 Mukakaro 2018 muri paruwase Regina Pacis mu Kinindo izokwatira mw’ibanga ry’ubusaserdoti Abadiyakoni bakurikira :     CIMPAYE […]

Abazokwatirwa mu budiyakoni  muri Diyoseze Nkuru ya Bujumbura Kw’igenekerezo rya 14 Mukakaro niho hazoba ukwatira mw’ibanga ry’ubusaserdoti hamwe n’ubudiyakoni, ivyo birori vyo kwatira bizobera muri paruwase Regina Pacis mu Kinindo muri vicariat ya Bujumbura. Abazokwatirwa mu budiyakoni na Musenyeri mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura amazina yabo ngaya :       Bateranya Alexis avuka ku […]

Abanyamubimbi  murashoboye Icariho c’Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru Bujumbura yarahezagiye ingoro y’Imana Ku wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruheshi Ku mutumba muhororo bita kinama ca Mubimbi . Iyo ngoro y’Imana iboneka neza urengana kw’ibarabara rija i Gitega RN1 akaba ari ari isengero ya Succursale Kinama ikukira Paruwase Mubimbi.  Iciyumviro catanguye mu mwaka w’I 1935 niho […]

Inka yatanzwe muri Mariathon yarakiriwe na Radio Maria Ku mutumba BURUHUKIRO, commune Ruyigi ,Province Ruyigi niho haba umushingantahe NDABAHAGAMYE André umukunzi wa Radio Maria yigiye inama yo guterera muri Mariathon akora muvyo atunze agaba inka . kubera yari yagabiwe inka na Musenyeri Yozefu NDIHIRUBUSA uwugabiwe araheza nawe akazokorera nico gituma umutama Andreya yigiye inama n’umupfasoni […]

Mariathon yadushikiriye iwacu i Gitega Mu ntumbero yo gufasha abakristu ngo baronke ijwi ry’Imana biciye mu buryo bunyaruka dukoresheje isamirizi, Radio Maria yarabateguriye igokorwa ca Mariathon mwebwe musanzwe muba mu Gisagara ca Gitega (centre Ville Gitega). Nkuko i Bujumbura vyabaye mu ndwi yarangiye ,ubu naho hagezweho intara ya gitega mu gufashanya na Bikira Maria kudufasha. […]

Calendrier des ordinations sacerdotales et diaconales pour les mois de juillet et d’août La Radio maria Burundi se prépare pour les fêtes de juillet et Août pour cela, La RMB invite ses auditeurs, amis et fidèles de prier pour ces événements qui arrivent bientôt. Voici donc le calendrier des ordinations sacerdotales et diaconales pour les […]

Mariathon 2018 Mariathon irabandanya mu bibanza duhuriramwo turi benshi : Gare du Nord Marché Gasenyi (ECOSAT) Marché Kamenge Marche Kinama Marché COTEBU Marché Chez SION Ibi ni ibibanza vyo Mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura mu mwanya turabaha ibibanza vyo hagati mu gisagara (Centre Ville). Amatiriki nayo ni : 14,15,16,17 Ruheshi 2018. muzohasanga uduhema turimwo abajejwe kubakirira ituro […]

Ukumenyesha Bakunzi ba Radio Maria Burundi Inyuma y’amagenekerezo ya 1,2,3 Ruheshi 2018 duhamagariwe gukora Mariathon ku ma paroisse iwacu , nubu Mariathon irabandanya uku kwezi kwose kwa Ruheshi. Iciza nuko Tworonsa akaryo kuri uwo wese abishaka kwitaba ico gikorwa c’iteka kuri abo bose bashaka kuterera mu kumenyesha inkuru nziza ishike kure. Kuri abo bose bataratangura […]

                                     RADIO MARIA BURUNDI           B.P.2106 BUJUMBURA TEL: 22239847/22239879/22239880 /22277700 CIF: 4000225914 / MATRICULE INSS: 100077     ITANGAZO RYA RADIO MARIA BURUNDI KU BAKRISTU N’ABAGENZI BAYO BOSE Bakristu, gihugu c’Imana tugire kristu. Kw’izina rya Radio Maria Burundi, […]


Current track

Title

Artist