information

Page: 2

Ubutumwa bwo kumenyesha amakuru muri Ekleziya y’i Burundi Guhera uyu musi wa kane kushika ejo igenekerezo rya 9 Munyonyo abajejwe kumenyesha amakuru bose mu madiyoseze Gatolika  yo mu Burundi uko ari umunani bakoraniye ku musozi wa siyoni Gikungu kugira binagure ku bijanye no kumenyesha amakuru muri Ekleziya yacu yo mu Burundi. Bazorabira hamwe ingene inkuru […]

La Litanie des Saints  En réalité, toute prière s’adresse à Dieu. On ne prie donc pas les saints, mais on leur demande d’intercéder pour nous auprès de Dieu, de prier Dieu et le Christ pour nous. La Litanie des saints est l’une des plus belles et des plus simples prières. Par cette longue invocation, l’Eglise […]

Qu’est-ce-que la Toussaint ?   Comme son nom l’indique, la Toussaint est la fête de tous les saints. Chaque 1er novembre, l’Église honore ainsi la foule innombrable de ceux et celles qui ont été de vivants et lumineux témoins du Christ. Si un certain nombre d’entre eux ont été officiellement reconnus, à l’issue d’une procédure […]

Ugusozera ukwezi kw’Icumi kwahariwe kumenyesha inkuru nziza Igenekererezo rya 28 Gitugutu 2018, Paroisse Regina Pacis Kinindo  Diocèse nkuru ya Bujumbura  harasozerewe ukwezi kwahariwe Ukumenyesha Inkuru Nziza. Imikangara hamwe n’abakristu benshi bari baje mu nkuka y’Imisa yaherejwe ngaho mu Kinindo irongowe na Patiri Antoine SABUSHATSE arongoye Ibikorwa vya Papa muri diyoseze nkuru Bujumbura arikumwe n’uwurongoye ibikorwa […]

Paruwase Muramvya Yarashikirijwe  Patiri Mukuru mushasha Ku musi w’Imana igenekerezo rya 14 Gitugutu 2018, Abakristu bo muri Paruwase Muramvya bararemesheje ibirori vy’ugushikirizwa n’ukwigina Patiri mukuru mushasha wa Paruwase yabo. Patiri Mukuru mushasha yitwa Patiri Egide NZEYIMANA, yahora arangurira ubutumwa kuri Paroisse Mutima w’ubwitonzi (benshi bita kwa NTABONA), akaba yaje gukorera mu ngata Patiri mukuru  yahahora, […]

Ibiganiro turonka ku musi ku musi Kuva igenekerezo rya munani Gitugutu (8-10-2018) Isamirizi ya Radio Maria Burundi yaratanguye gukoresha urutonde rw’ibiganiro rushasha ariyo Programme nshasha ya RMB, muri urwo rutonde rw’ibiganiro rushasha hariho ibiganiro turonka rimwe mu ndwi ,kabiri mu ndwi,…  hariiho kandi ibiganiro bigaruka ku musi ku musi amasaha yayandi nyene tubisangamwo ibisabisho hamwe […]

Abubakanye bitangiranira gute? Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 gitugutu mukiganiro AHUZOJA NIHO NZOJA , Umushingantahe Théon TUYISABE yanonosoye ivy’ingo n’imiryango akaba n’umwigisha muri kaminuza yarasiguye ingene abubakanye bokwitangiranira. Muri ico kiganiro yagize ati : Urukundo hagati y’abubakanye, rutangura kubonekera mu migenderanire hagati yabo, aho usanga bifuza kugumana hafi, bagahana utuganuke,  bakaganira utujambo turyoshe, bakifurizanya […]

DUKORESHE UBURYO DUFISE NGO KRISTU AMEMENYEKANE Mu nyubakwa za cathedrale regina Mundi harabaye umwiherero hamwe n’inyigisho kubasanzwe bafashanya ubutumwa mu kigo co kumenyesha amakuru muri Diyoseze nkuru ya Bujumbura. Muri iryo hwaniro Hari hatumiwe abaserukira amaparuwase ,ibisata n’amashirahamwe vya Diyoseze ,inyigisho zatanzwe na Patiri NIBIZI Dieudonné arongoye ikigo CEDICOM aramenyesha n’intumbero y’iryo hwaniro ko ari […]

Agakuru keza na Radio Maria Burundi Murashobora kwumviriza Radio Maria Burundi ukoresheje téléphone yawe ya Android . Hitamwo application ya Radio Maria Burundi, Ijwi ry’Imana iwanyu, Ijwi ry’Imana iwacu muri Play store.  Kurikira iyo lien ikurikira uce ugira installer muri téléphone yawe: https://play.google.com/store/apps/details… Birungikire abandi bagenzi bawe bashobore kuza barumviriza biboroheye rwose . Sangwa Ijwi […]

Ekleziya Gatolika mu Burundi yarungutse Abasaserdoti benshi uyu mwaka   Amezi abiri yahariwe itorwa arangiye muri Ekleziya Gatolika y’i burundi twungutse Abasaserdoti benshi. Ukwezi kwa Mukakaro na Myandagaro haranzwe ibirori vyo kwatira Abasaserdoti n’ibice bigana iryo banga. Mbega iyatirwa ryabereye  mw’i paruwase iyihe ?Diyoseze yanje twungutse abasomyi bangahe ? Abakorezi bangahe ? Abadiyakoni bangahe ? Abasaserdoti bangahe ? dushimye kubashikiriza […]


Current track

Title

Artist