nouvelles

MESSAGE DU SAINT-PÈRE POUR LA JOURNÉE MONDIALE DES PAUVRES 33ème Dimanche du Temps Ordinaire 18 novembre 2018 Un pauvre crie, le Seigneur entend « Un pauvre crie ; le Seigneur entend. » (Ps 33, 7). Les paroles du psalmiste deviennent les nôtres lorsque nous rencontrons des situations de souffrance et de marginalisation, dans lesquelles vivent tant de […]

IJAMBO RISHIKIRIJWE NA NYENUBWERANDA PAPA FRANSISKO KU MUSI MPUZAMAKUNGU WAHARIWE ABORO  UMUSI W’IMANA UGIRA 33 WO MU MWAKA, IGENEKEREZO RYA 18 MUNYONYO 2018 ========================================================================== «Hari umurushwa yatabaje, Umukama arumva» (Zaburi 33,7) Aya majambo y’umwanditsi w’izaburi abaye ayacu iyo tubona ibihe vy’ububabare n’ugukumirwa benewacu benshi barimwo, aribo dukunda gufatira mw’ijambo rimwe ngo ni « aboro ». […]

Inauguration d’une adduction d’eau potable paroisse Rukago en province kayanza Au lycée saint Jean Bosco de Kirombwe dans la Paroisse Rukago, zone NZEWE Commune GAHOMBO a eu lieu les cérémonies de l’inauguration d’une adduction d’eau potable pour  la population de Kayanza  mecredi le 7 Novembre . Les cérémonies de l’inauguration étaient rehaussées par SE M.TAKAYUKI […]

Ubutumwa bwo kumenyesha amakuru muri Ekleziya y’i Burundi Guhera uyu musi wa kane kushika ejo igenekerezo rya 9 Munyonyo abajejwe kumenyesha amakuru bose mu madiyoseze Gatolika  yo mu Burundi uko ari umunani bakoraniye ku musozi wa siyoni Gikungu kugira binagure ku bijanye no kumenyesha amakuru muri Ekleziya yacu yo mu Burundi. Bazorabira hamwe ingene inkuru […]

Qu’est-ce-que la Toussaint ?   Comme son nom l’indique, la Toussaint est la fête de tous les saints. Chaque 1er novembre, l’Église honore ainsi la foule innombrable de ceux et celles qui ont été de vivants et lumineux témoins du Christ. Si un certain nombre d’entre eux ont été officiellement reconnus, à l’issue d’une procédure […]

Ugusozera ukwezi kw’Icumi kwahariwe kumenyesha inkuru nziza Igenekererezo rya 28 Gitugutu 2018, Paroisse Regina Pacis Kinindo  Diocèse nkuru ya Bujumbura  harasozerewe ukwezi kwahariwe Ukumenyesha Inkuru Nziza. Imikangara hamwe n’abakristu benshi bari baje mu nkuka y’Imisa yaherejwe ngaho mu Kinindo irongowe na Patiri Antoine SABUSHATSE arongoye Ibikorwa vya Papa muri diyoseze nkuru Bujumbura arikumwe n’uwurongoye ibikorwa […]

Paruwase Muramvya Yarashikirijwe  Patiri Mukuru mushasha Ku musi w’Imana igenekerezo rya 14 Gitugutu 2018, Abakristu bo muri Paruwase Muramvya bararemesheje ibirori vy’ugushikirizwa n’ukwigina Patiri mukuru mushasha wa Paruwase yabo. Patiri Mukuru mushasha yitwa Patiri Egide NZEYIMANA, yahora arangurira ubutumwa kuri Paroisse Mutima w’ubwitonzi (benshi bita kwa NTABONA), akaba yaje gukorera mu ngata Patiri mukuru  yahahora, […]

Abubakanye bitangiranira gute? Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 gitugutu mukiganiro AHUZOJA NIHO NZOJA , Umushingantahe Théon TUYISABE yanonosoye ivy’ingo n’imiryango akaba n’umwigisha muri kaminuza yarasiguye ingene abubakanye bokwitangiranira. Muri ico kiganiro yagize ati : Urukundo hagati y’abubakanye, rutangura kubonekera mu migenderanire hagati yabo, aho usanga bifuza kugumana hafi, bagahana utuganuke,  bakaganira utujambo turyoshe, bakifurizanya […]

DUKORESHE UBURYO DUFISE NGO KRISTU AMEMENYEKANE Mu nyubakwa za cathedrale regina Mundi harabaye umwiherero hamwe n’inyigisho kubasanzwe bafashanya ubutumwa mu kigo co kumenyesha amakuru muri Diyoseze nkuru ya Bujumbura. Muri iryo hwaniro Hari hatumiwe abaserukira amaparuwase ,ibisata n’amashirahamwe vya Diyoseze ,inyigisho zatanzwe na Patiri NIBIZI Dieudonné arongoye ikigo CEDICOM aramenyesha n’intumbero y’iryo hwaniro ko ari […]

Agakuru keza na Radio Maria Burundi Murashobora kwumviriza Radio Maria Burundi ukoresheje téléphone yawe ya Android . Hitamwo application ya Radio Maria Burundi, Ijwi ry’Imana iwanyu, Ijwi ry’Imana iwacu muri Play store.  Kurikira iyo lien ikurikira uce ugira installer muri téléphone yawe: https://play.google.com/store/apps/details… Birungikire abandi bagenzi bawe bashobore kuza barumviriza biboroheye rwose . Sangwa Ijwi […]


Current track
Title
Artist