pastoral

DUKORESHE UBURYO DUFISE NGO KRISTU AMEMENYEKANE Mu nyubakwa za cathedrale regina Mundi harabaye umwiherero hamwe n’inyigisho kubasanzwe bafashanya ubutumwa mu kigo co kumenyesha amakuru muri Diyoseze nkuru ya Bujumbura. Muri iryo hwaniro Hari hatumiwe abaserukira amaparuwase ,ibisata n’amashirahamwe vya Diyoseze ,inyigisho zatanzwe na Patiri NIBIZI Dieudonné arongoye ikigo CEDICOM aramenyesha n’intumbero y’iryo hwaniro ko ari […]

Bishasha muri Radio Maria Burundi   Radio Maria Burundi igiye kubashikiriza ikiganiro gishasha citwa TWUNGANIRE INGO. ikiganiro TWUNGANIRE INGO ni ikiganiro mutegurirwa n’umuryango w’ababikira bene Maria mukagishikirizwa na Radio Maria Burundi. Imisi yose ya gatatu isaha zibiri (20h00-20h30) gisubigwamwo  isaha umunani z’ijoro (rediffusion) (2h00-2h30). Ikiganiro TWUNGANIRE INGO, ni ikiganiro ca twese dukeneye impanuro zitandukanye haba mu […]


Current track
Title
Artist