liturgie

Ijambo rishikirijwe na Nyenubweranda Papa Fransisiko ku Munsi Mpuzamakungu ugira uwa 52 wahariwe amahoro, ku wa mbere Nzero 2019 Politike nziza ni iyubaka amahoro « Amahoro muri iyi nzu ! » Mu kurungika abigishwa biwe mu butumwa, Yezu yababwiye ati : « Inzu yose muzoramuka mwinjiyemwo, murabanze muvuge muti : ‘Amahoro muri iyi nzu !’ […]

Tumenye Pallium ; ikimenyetso bita istola y’icatabugabo. Pallium twita kandi icatabugabo mu kirundi bifise amamuko mu gihugu c’Ubugereki. Ni Inyambaro yakoreshwa n’Abami batwara ibihugu vyo mu buseruko ( nka Turkiya) kugira berekane ko hariho ubudasa hagati yabo n’abandi bantu basanzwe (abacivile) kugira berekane ubukuru bwabo bikaba vyatanguye mu kinjana ca gatanu gushika mu kinjana c’icenda […]

GRANDE NEUVAINE DE L’IMMACULEE CONCEPTION DU 30 NOVEMBRE AU 08 DECEMBRE 2018 Introduction L’Immaculée Conception, est un dogme de ;la foi catholique énonçant que la conception de la Vierge Marie dans le sein de sa mère, n’a pas été marquée par la tâche du péché originel. Après avoir consulté l’ensemble des évêques catholiques qui marquèrent […]

La Litanie des Saints  En réalité, toute prière s’adresse à Dieu. On ne prie donc pas les saints, mais on leur demande d’intercéder pour nous auprès de Dieu, de prier Dieu et le Christ pour nous. La Litanie des saints est l’une des plus belles et des plus simples prières. Par cette longue invocation, l’Eglise […]

INZIRA Y’UMUSARABA (VIA CRUCIS) ——————————————————– Yezu Kristu, Mucunguzi wanje, waragiye mu nzira y’umusaraba, ngo uncungure kuko wankunze cane. Nanje ubu ngomba kwibuka ya magorwa wabonye ku bw’ibicumuro vyanje ; bino bicumuro ndabigaye kuko vyakubabaje, ndashaka kugukunda n’umutima wanje wose imisi yose. Mu kugira iyi nzira y’umusaraba, nizigiye kuronka ikigongwe c’Imana abayigira neza baronka, maze n’imitima […]


Current track

Title

Artist