Eglise

Ijambo rishikirijwe na Nyenubweranda Papa Fransisiko ku Munsi Mpuzamakungu ugira uwa 52 wahariwe amahoro, ku wa mbere Nzero 2019 Politike nziza ni iyubaka amahoro « Amahoro muri iyi nzu ! » Mu kurungika abigishwa biwe mu butumwa, Yezu yababwiye ati : « Inzu yose muzoramuka mwinjiyemwo, murabanze muvuge muti : ‘Amahoro muri iyi nzu !’ […]

Ijambo rishikirijwe n’Inama y’Abepiskopi Gatolika b’i Burundi ku Munsi Mukuru wa Noheli 2018   Twishimikije ukwizigira kwacu, nidufashe benewacu kubana mu bumwe no mu mahoro Bakristu dusangiye ukwemera, Barundi, Barundikazi mwese. 1. Twebwe Abungere b’Ekleziya gatolika, turabaramukije tubipfuriza mwese umunsi mukuru mwiza wa Noheli. Noheli nziza! Twipfuza ko yobakaburira urukundo n’ukwiyumvamwo umuryango w’Ekleziya, ikabakaburira n’umwizero ubatuma […]

  MESSAGE DE LA CONFERENCE DES EVEQUES CATHOLIQUES DU BURUNDI POUR NOEL 2018 Animés par notre espérance, aidons nos frères et sœurs à vivre ensemble dans l’unité et dans la paix Chers frères et sœurs dans la foi et vous tous chers compatriotes. Nous, Evêques de l’Eglise catholique du Burundi, vous souhaitons une bonne Fête […]

Tumenye Pallium ; ikimenyetso bita istola y’icatabugabo. Pallium twita kandi icatabugabo mu kirundi bifise amamuko mu gihugu c’Ubugereki. Ni Inyambaro yakoreshwa n’Abami batwara ibihugu vyo mu buseruko ( nka Turkiya) kugira berekane ko hariho ubudasa hagati yabo n’abandi bantu basanzwe (abacivile) kugira berekane ubukuru bwabo bikaba vyatanguye mu kinjana ca gatanu gushika mu kinjana c’icenda […]


Current track

Title

Artist