événements

Abubakanye bitangiranira gute? Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 gitugutu mukiganiro AHUZOJA NIHO NZOJA , Umushingantahe Théon TUYISABE yanonosoye ivy’ingo n’imiryango akaba n’umwigisha muri kaminuza yarasiguye ingene abubakanye bokwitangiranira. Muri ico kiganiro yagize ati : Urukundo hagati y’abubakanye, rutangura kubonekera mu migenderanire hagati yabo, aho usanga bifuza kugumana hafi, bagahana utuganuke,  bakaganira utujambo turyoshe, bakifurizanya […]

DUKORESHE UBURYO DUFISE NGO KRISTU AMEMENYEKANE Mu nyubakwa za cathedrale regina Mundi harabaye umwiherero hamwe n’inyigisho kubasanzwe bafashanya ubutumwa mu kigo co kumenyesha amakuru muri Diyoseze nkuru ya Bujumbura. Muri iryo hwaniro Hari hatumiwe abaserukira amaparuwase ,ibisata n’amashirahamwe vya Diyoseze ,inyigisho zatanzwe na Patiri NIBIZI Dieudonné arongoye ikigo CEDICOM aramenyesha n’intumbero y’iryo hwaniro ko ari […]

Agakuru keza na Radio Maria Burundi Murashobora kwumviriza Radio Maria Burundi ukoresheje téléphone yawe ya Android . Hitamwo application ya Radio Maria Burundi, Ijwi ry’Imana iwanyu, Ijwi ry’Imana iwacu muri Play store.  Kurikira iyo lien ikurikira uce ugira installer muri téléphone yawe: https://play.google.com/store/apps/details… Birungikire abandi bagenzi bawe bashobore kuza barumviriza biboroheye rwose . Sangwa Ijwi […]

Ekleziya Gatolika mu Burundi yarungutse Abasaserdoti benshi uyu mwaka   Amezi abiri yahariwe itorwa arangiye muri Ekleziya Gatolika y’i burundi twungutse Abasaserdoti benshi. Ukwezi kwa Mukakaro na Myandagaro haranzwe ibirori vyo kwatira Abasaserdoti n’ibice bigana iryo banga. Mbega iyatirwa ryabereye  mw’i paruwase iyihe ?Diyoseze yanje twungutse abasomyi bangahe ? Abakorezi bangahe ? Abadiyakoni bangahe ? Abasaserdoti bangahe ? dushimye kubashikiriza […]

IMVO ZITANDATU MBI ZIKUNDA GUTUMA ABANTU BASHAKA KWUBAKA Radio Maria ishimye kubasabikaniriza inyigisho ku misore n’Inkumi bitegura kuzorushinga mu misi iri imbere ngo ntibajane nyabahururu.  Tubibutse ko ku wa gatanu isaha 16h10 Radio Maria igushikiriza ikiganiro « AHUZOJA NIHO NZOJA » ikiganiro gisubirwamwo ku wa kabiri isaha 21h00 aho ibiro vya Diyoseze bijjwe ingo n’imiryango batuyagira vyinshi […]

PROGRAMME DU 12ème FORUM NATIONAL DES JEUNES QUI SE TIENDRA DANS LE DIOCESE DE BUBANZA A  CIBITOKE, DU 06 AU 10 août 2018 Lundi  06 août 2018 : 12h 00 : Arrivée et installation des invités 14h30: Eucharistie d’ouverture officielle des Journées des Jeunes Présidée par son Excellence Mgr Jean NTAGWARARA, évêque de Bubanza Première lecture : Textes […]

La Pérégrination des Reliques de Sainte Thérèse de l’Enfant Jésus au Burundi                                                                                        […]

Iginekerezo rya 21 mukakaro amadiyoseze Gatolika atanu yaragabanye abasaserdoti bashasha. Ibirori vyo kwatira abasaserdoti muri ayo madiyoseze  vyakoranije abakristu isinzi ,abanyenicubahiro batandukanye, abaryango, abihebeyimana, abarongozi muri reta, abavuye mu mahanga, abana n’abakuze… Ivyo birori vyabereye mu paroisse atandukanye birongowe n’umwungere umwepiskopi wa Diyoseze. Mbega hatiwe bangahe muri ayo madiyoseze? Dushimye kubaha igitigiri c’abatiwe  hamwe n’abaronse […]

Abazokwatirwa mu busaserdoti bamaze kumenyekana Igitigiri hamwe n’Amazina y’abazokwatirwa muri Paruwase RUMEZA Diyoseze BURURI. Paruwase Rumeza niyo yatowe ngo itegure urubanza rwo kwatira Abasaserdoti ,ivyo birori bizoba ku wa gatandatu  Igenekerezo rya 21 Mukakaro aho nyenicubahiro  Umwepiskopi akaba n’Umwungere wa Diyoseze BURURI Musenyeri Venansi BACINONE azokwatira mw’ibanga ry’Ubusaserdoti hamwe n’ubudiyakoni abakurikira : Abazokwatirwa mu budiyakoni ARAKAZA […]

Abazokwatirwa mu busaserdoti nuri diyoseze Bururi bamaze kumenyekana                                   Paruwase Rumeza (Notre Dame de Lourdes) niyo yatowe ngo itegure urubanza rwo kwatira Abasaserdoti ,ivyo birori bizoba ku wa gatandatu  Igenekerezo rya 21 Mukakaro aho nyenicubahiro  Umwepiskopi wa Diyoseze BURURI […]


Current track
Title
Artist