Bishasha muri Radio Maria Burundi Ijwi ry’Imana iwanyu ijwi ry’Imana iwacu

Written by on septembre 14, 2018

Agakuru keza na Radio Maria Burundi

Murashobora kwumviriza Radio Maria Burundi ukoresheje téléphone yawe ya Android .
Hitamwo application ya Radio Maria Burundi, Ijwi ry’Imana iwanyu, Ijwi ry’Imana iwacu muri Play store. 
Kurikira iyo lien ikurikira uce ugira installer muri téléphone yawe:

https://play.google.com/store/apps/details…

Birungikire abandi bagenzi bawe bashobore kuza barumviriza biboroheye rwose .

Sangwa Ijwi ry’Imana iwanyu na Radio Maria Burundi.


Current track
Title
Artist